Abaroma 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ndiko mvuga nkoresheje amajambo y’abantu kubera ubugoyagoye bw’umubiri wanyu+: kuko nk’uko mwashikirije ibihimba vyanyu+ ngo bibe abashumba b’ubuhumane+ n’ubugarariji ngo mukore ivy’ubugarariji, n’ubu nimushikirize ibihimba vyanyu ngo bibe abashumba b’ubugororotsi ngo mukore ivy’ubweranda+. 2 Timoteyo 2:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umuntu rero niyitandukanya n’ivyo vya kabiri, azoba icombo gikoreshwa ibiteye iteka, cejejwe, c’ingirakamaro kuri nyeneco, giteguriwe igikorwa ciza cose+.
19 Ndiko mvuga nkoresheje amajambo y’abantu kubera ubugoyagoye bw’umubiri wanyu+: kuko nk’uko mwashikirije ibihimba vyanyu+ ngo bibe abashumba b’ubuhumane+ n’ubugarariji ngo mukore ivy’ubugarariji, n’ubu nimushikirize ibihimba vyanyu ngo bibe abashumba b’ubugororotsi ngo mukore ivy’ubweranda+.
21 Umuntu rero niyitandukanya n’ivyo vya kabiri, azoba icombo gikoreshwa ibiteye iteka, cejejwe, c’ingirakamaro kuri nyeneco, giteguriwe igikorwa ciza cose+.