Abaroma 12:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.” Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
19 Ntimwihore+, bakundwa, ahubwo muhe akaryo uburake+; kuko vyanditswe ngo: “Uguhōra ni ukwanje; ni jewe nzosubiriza umuntu mu nkoko, ni ko Yehova avuga+.”
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”