Yesaya 13:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 “Nimuboroge+, kuko umusi wa Yehova uri hafi+! Uzoza nk’ukunyaga kuvuye kuri Mushoboravyose+. Zefaniya 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+. 2 Petero 3:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.
14 “Umusi uhambaye+ wa Yehova uri hafi. Uri hafi+, kandi urihuta cane+. Umuhindo w’umusi wa Yehova urarura+. Umunyenkomezi araboroga+.
10 Yamara umusi wa Yehova+ uzoza nk’igisuma+, aho amajuru azovaho+ mu kwasana gukomeye+, mugabo ibintu bikazoyagishwa n’ugushuha gukaze+, n’isi+ n’ibikorwa biri muri yo bikazoshirwa ku mugaragaro+.