1 Timoteyo 6:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara, 2 Timoteyo 4:1 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe abwirizwa kuzocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwigaragaza kwiwe+ n’ubwami bwiwe+, 2 Timoteyo 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuva ubu, mbikiwe urugori rw’ubugororotsi+, urwo Umukama, wa mucamanza agororotse+, azompa bwa mpembo+ kuri wa musi+, yamara si jewe jenyene, ahubwo ruzohabwa n’abo bose bakunze ukwigaragaza kwiwe.
15 Ukwo kwigaragaza, wa muhirwa akaba na we Munyabubasha+ wenyene azokwerekana mu bihe vyakwo+, we Mwami+ w’abaganza akaba n’Umukama+ w’abakama batwara,
4 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu, umwe abwirizwa kuzocira imanza+ abazima n’abapfuye+, kandi biciye ku kwigaragaza kwiwe+ n’ubwami bwiwe+,
8 Kuva ubu, mbikiwe urugori rw’ubugororotsi+, urwo Umukama, wa mucamanza agororotse+, azompa bwa mpembo+ kuri wa musi+, yamara si jewe jenyene, ahubwo ruzohabwa n’abo bose bakunze ukwigaragaza kwiwe.