1 Timoteyo 4:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma+ zisiga iceyi ibintu vyeranda zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze, ukwihebera Imana kube yo ntumbero yawe+. 2 Timoteyo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kandi bazokwica amatwi ngo ntibumve ukuri, bakeberezwe ku nkuru z’ikinyoma+. Tito 1:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 batumviriza ibitito+ vy’Abayuda n’amabwirizwa y’abantu+ batera ibitugu ukuri+.
7 Mugabo wamirire kure za nkuru z’ikinyoma+ zisiga iceyi ibintu vyeranda zivugwa n’abatamakazi. Ariko wimenyereze, ukwihebera Imana kube yo ntumbero yawe+.