Tito 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,
7 Kuko umucungezi ategerezwa kuba atagira ico aregwa+ bwa mubwiriza+ w’Imana, atari intagondwa+, adakaza ishavu+, atari umunyamatati w’imborerwa+, atari uwukubitana+, atanohokera inyungu mbi+,