-
2 Abakorinto 8:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Vyongeye, tubarungikanye na mwene wacu twagerageje kenshi muri vyinshi dusanga ni umunyabwira, mugabo ubu ho akaba arushirije kuba umunyabwira kuko abizigira cane.
-