Daniyeli 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.” 1 Petero 2:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.
5 Abo bagabo bavuga rero bati: “Nta rwitwazo na rumwe tuzogenda turonse muri uwo Daniyeli, kiretse turinze kururonderera mw’itegeko ry’Imana yiwe+.”
12 Mugumane ingeso nziza mu mahanga+, kugira ngo mu kintu babavugamwo nabi nk’inkozi z’ibibi, bivuye ku bikorwa vyanyu vyiza+ bibonera, baninahaze Imana ku musi w’igendura ryayo+.