2 Abakorinto 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi ivyo ntibitangaje, kuko na Shetani ubwiwe aguma yihindura umumarayika w’umuco+. Ivyahishuwe 16:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.
14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.