Abaroma 14:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uwurya ntagaye uwutarya+, kandi uwutarya ntacire urubanza uwurya, kuko uwo Imana yamuhaye ikaze.