Itanguriro 1:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu.
31 Inyuma y’ivyo Imana yihweza ikintu cose yari yakoze, isanga cari ciza cane+. Nuko haba umugoroba, haba n’igitondo: uwo ni umusi ugira gatandatu.