ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 16:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ntihagire rero n’umwe amugaya+. Mumuherekeze gatoyi mu mahoro, kugira ashike ino aho ndi, kuko ndamurindiranye na bene wacu.

  • Tito 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Guma uvuga ivyo bintu, uhimiriza, ukangira n’ububasha bwose bwo gutegeka+. Ntihagire umuntu n’umwe yigera agusuzugura+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika