Abafilipi 1:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Kubera rero ivyo ndavyizigiye ntakeka, ndazi yuko nzogumaho+ nkagumana namwe mwese ku bw’iterambere ryanyu+ n’akanyamuneza k’ukwizera kwanyu,
25 Kubera rero ivyo ndavyizigiye ntakeka, ndazi yuko nzogumaho+ nkagumana namwe mwese ku bw’iterambere ryanyu+ n’akanyamuneza k’ukwizera kwanyu,