Yesaya 58:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?
7 Mbega si ukugaburira umukate wawe uwushonje+, ukazana mu nzu yawe abantu b’abarushwa, batagira uburaro+? Si kugira ngo ubonye uwuri gusa umwambike+, ntiwinyegeze mwene wanyu+?