Yuda 3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Bakundwa+, naho nariko ngira akigoro kose ngo ndabandikire ku vyerekeye bwa bukiriro dusangiye+, nasanze bikenewe kubandikira ngo ndabahimirize kurwana intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera+ kwahawe aberanda+ rimwe rizima.
3 Bakundwa+, naho nariko ngira akigoro kose ngo ndabandikire ku vyerekeye bwa bukiriro dusangiye+, nasanze bikenewe kubandikira ngo ndabahimirize kurwana intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera+ kwahawe aberanda+ rimwe rizima.