ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 11:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Mugabo nka kumwe ya nzoka yaryosharyosha Eva+ ikoresheje urwenge rwayo, ndatinya yuko hari ukuntu imizirikanyi yanyu yohava yononekara+ ikava ku kutagira uburyarya n’ukutandura bibereye Kristu+.

  • 2 Timoteyo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Nka kumwe rero Yane na Yambure+ barwanya Musa, ni ko n’abo nyene babandanya kurwanya ukuri+, abantu bononekaye rwose mu muzirikanyi+, batemewe ku bijanye n’ukwizera+.

  • Yuda 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yamara abo bantu baratuka ibintu vyose mu vy’ukuri batazi+; mugabo ibintu vyose bategera uko bibajemwo nk’ibikoko bitiyumvira+, muri ivyo ni ho babandanya kwiyononera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika