ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 9:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Uko niruka+ rero, si nk’uwutazi iyo aja; uko ntera ibipfunsi, ni ku buryo ntakubita ikirere+;

  • Yuda 3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Bakundwa+, naho nariko ngira akigoro kose ngo ndabandikire ku vyerekeye bwa bukiriro dusangiye+, nasanze bikenewe kubandikira ngo ndabahimirize kurwana intambara ikomeye yo kurwanira ukwizera+ kwahawe aberanda+ rimwe rizima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika