ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 6:48
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 48 Asa n’umugabo yubaka inzu, yimvye aramanuka epfo ashinga umushinge ku gitandara. Igihe rero hatera isegenya+, uruzi rwarisutse kuri iyo nzu, mugabo ntirwagira inguvu zihagije zo kuyinyiganyiza, kubera ko yari yubatswe neza+.

  • 2 Timoteyo 2:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ariko umushinge ukomeye w’Imana uguma uhagaze+, uriko iki kidodo, ngo: “Yehova arazi abiwe+,” kandi ngo: “Umuntu wese avuga izina rya Yehova+ avavanure n’ibitagororotse+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika