Abaroma 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Itegeko+ rero ryaraje hambavu y’ivyo, kugira ngo ugukora amakosa kugwire+. Mugabo ahantu igicumuro+ cagwiriye, ubuntu ata wari abukwiriye+ bwararushirije kugwira.
20 Itegeko+ rero ryaraje hambavu y’ivyo, kugira ngo ugukora amakosa kugwire+. Mugabo ahantu igicumuro+ cagwiriye, ubuntu ata wari abukwiriye+ bwararushirije kugwira.