Matayo 5:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ariko jewe ndababwiye nti: Mubandanye gukunda abansi banyu+ no gusabira ababahama+; 1 Petero 2:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira ngo bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.
14 canke ba buramatari nk’abarungitswe na we kugira ngo bahane inkozi z’ikibi, mugabo bashimagize abakora iciza+.