Gusubira mu vyagezwe 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Umviriza, ewe Isirayeli: Yehova Imana yacu ni Yehova umwe+. Abaroma 3:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 nimba vy’ukuri Imana ari imwe+, ari na yo izokwita abagenyerewe+ abagororotsi bivuye ku kwizera, n’abatagenyerewe+ ikabita abagororotsi biciye ku kwizera kwabo. 1 Abakorinto 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.
30 nimba vy’ukuri Imana ari imwe+, ari na yo izokwita abagenyerewe+ abagororotsi bivuye ku kwizera, n’abatagenyerewe+ ikabita abagororotsi biciye ku kwizera kwabo.
4 Nayo ku vy’ukurya+ ibifungurwa vyashikaniwe ibigirwamana, turazi ko ikigirwamana ari ubusa+ mw’isi, be n’uko ata yindi Mana iriho atari imwe+.