ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abakorinto 11:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Yagize kuno no ku gikombe+, amaze kwihereza imfungurwa zo ku mugoroba, avuga ati: “Iki gikombe gisobanura isezerano rishasha+ hishimikijwe amaraso yanje+. Muragume mugira ibi igihe cose muzokinywa, mu kunyibuka+.”

  • Abagalatiya 3:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Vyongeye, nimba mwegukira Kristu, muri uruvyaro rwa Aburahamu vy’ukuri+, ba samuragwa ku bijanye n’umuhango+.

  • Abanyefeso 5:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 kugira ngo azane ishengero kuri we nyene mu bwiza bwakaka bwaryo+, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ico ari co cose muri mwene ivyo, ahubwo ribe ryeranda kandi ritagira ikirabagu+.

  • Abaheburayo 2:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kuko vy’ukuri atariko afasha abamarayika na gato, ahubwo ariko afasha uruvyaro* rwa Aburahamu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika