Itanguriro 2:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Si vyiza ko uyu muntu aguma ari wenyene. Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye+.” 1 Abakorinto 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kuko umugabo atava mu mugore, ariko umugore ava mu mugabo+;
18 Yehova Imana abandanya kuvuga ati: “Si vyiza ko uyu muntu aguma ari wenyene. Ngiye kumukorera umufasha bikwiranye+.”