Itanguriro 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Uwo mugore rero abona ko ico giti cari kibereye kuribwa be n’uko cari ikintu co kwipfuzwa n’amaso, emwe, ico giti cari kiryoheye ijisho+. Nuko yakira ku vyamwa vyaco ararya. Inyuma y’aho, ahako n’umugabo wiwe igihe bari kumwe, na we ararya+.
6 Uwo mugore rero abona ko ico giti cari kibereye kuribwa be n’uko cari ikintu co kwipfuzwa n’amaso, emwe, ico giti cari kiryoheye ijisho+. Nuko yakira ku vyamwa vyaco ararya. Inyuma y’aho, ahako n’umugabo wiwe igihe bari kumwe, na we ararya+.