Itanguriro 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana aca abwira nya mugore ati: “Ivyo wakoze ni ibiki?” Uwo mugore na we yishura ati: “Ya nzoka—yampenze ndaheza ndarya+.”
13 Yehova Imana aca abwira nya mugore ati: “Ivyo wakoze ni ibiki?” Uwo mugore na we yishura ati: “Ya nzoka—yampenze ndaheza ndarya+.”