2 Timoteyo 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Iri jambo ni iryo kwizigirwa+: Mu vy’ukuri nimba twarapfanye na we, tuzobanaho kandi na we+;