Ivyakozwe 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ariko abari basanzajwe, baca mu gihugu bamenyesha inkuru nziza y’ijambo ry’Imana+.