ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abafilipi 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Ivyo mwize mukanavyemera, mukavyumva kandi mukabibona mu binyerekeye, bibe ari vyo muguma mukora+; ya Mana y’amahoro+ na yo izobana namwe.

  • 2 Timoteyo 2:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 kandi ibintu wanyumvanye bishigikiwe n’ivyabona vyinshi+, ivyo bintu ubizeze abantu b’abizigirwa, abazoheza bakaba abakwije neza ibisabwa kugira bigishe abandi+.

  • 2 Timoteyo 3:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Ariko weho, ugume mu vyo wize ukumvishwa ukavyemera+, uzi ababikwigishije abo ari bo+

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika