Ivyakozwe 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ivyo koko ni vyo vyatumye ndabinginga ngo ndababone nongere mvugane namwe, kuko mboheshejwe uyu munyororo+ kubera icizigiro+ ca Isirayeli.” Abanyefeso 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 ari yo mbereye umuserukizi+ mu minyororo; kugira ngo nshobore kuvugana ubutinyutsi ku bijanye na yo nk’uko mbwirizwa kuvuga+.
20 Ivyo koko ni vyo vyatumye ndabinginga ngo ndababone nongere mvugane namwe, kuko mboheshejwe uyu munyororo+ kubera icizigiro+ ca Isirayeli.”
20 ari yo mbereye umuserukizi+ mu minyororo; kugira ngo nshobore kuvugana ubutinyutsi ku bijanye na yo nk’uko mbwirizwa kuvuga+.