Ivyakozwe 2:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Nuko rero, kubera ko yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+ kandi akaronka ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe ayihawe na Se+, asutse iki mubona kandi mwumva.
33 Nuko rero, kubera ko yashizwe hejuru iburyo bw’Imana+ kandi akaronka ya mpwemu nyeranda yari yarasezeranywe ayihawe na Se+, asutse iki mubona kandi mwumva.