1 Timoteyo 6:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi, 1 Timoteyo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.” 2 Timoteyo 2:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Bitayeko, wamirire kure ibibazo vy’ubupfu+ kandi vy’ukutamenya, uzi yuko bivamwo indwano+.
4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,
20 Ewe Timoteyo, rinda ico wabikijwe+, uhunge amajambo agaragara asiga iceyi ibintu vyeranda, uhunge n’amajambo avuguruzanya y’ivyitwa ngo ni “ubumenyi+.”