Abaroma 13:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nko ku murango, tugende mu buryo bubereye+, atari mu kwidagadura no kunywera akaborerwe+, atari mu guhuza ibitsina kutemewe no mu bushirasoni*+, atari mu gushihana+ no kugira ishari. Abafilipi 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;
13 Nko ku murango, tugende mu buryo bubereye+, atari mu kwidagadura no kunywera akaborerwe+, atari mu guhuza ibitsina kutemewe no mu bushirasoni*+, atari mu gushihana+ no kugira ishari.
3 ata na kimwe mukora mubitumwe n’agatima k’amahane+ canke ukwishira imbere+, ariko mwiyumvira mwiyoroheje mu muzirikanyi yuko abandi babaruta+;