Abaroma 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndazi kandi naranyuzwe mu Mukama Yezu yuko ata kintu gihumanye ubwaco+; iyo gusa umuntu yiyumvira ko ikintu gihumanye, kuri we kiba gihumanye+.
14 Ndazi kandi naranyuzwe mu Mukama Yezu yuko ata kintu gihumanye ubwaco+; iyo gusa umuntu yiyumvira ko ikintu gihumanye, kuri we kiba gihumanye+.