2 Abakorinto 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ni co gituma twahojejwe. Ariko rero, turetse uruhoza rwacu, twararushirije kunezerwa cane bivuye ku kanyamuneza ka Tito, kubera ko umutima wiwe+ waruhuriwe na mwebwe mwese.
13 Ni co gituma twahojejwe. Ariko rero, turetse uruhoza rwacu, twararushirije kunezerwa cane bivuye ku kanyamuneza ka Tito, kubera ko umutima wiwe+ waruhuriwe na mwebwe mwese.