Kuvayo 15:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Baraheza bashika i Mara+, mugabo ntibashobora kunywa amazi y’i Mara kuko yarura. Ni co catumye ahita Mara*+.
23 Baraheza bashika i Mara+, mugabo ntibashobora kunywa amazi y’i Mara kuko yarura. Ni co catumye ahita Mara*+.