Guharura 14:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Ariko mwebwe, ntimuzokwinjira mu gihugu nadugijemwo ukuboko kwanje+ ndahira ko nzobana namwe, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+. Gusubira mu vyagezwe 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,
30 Ariko mwebwe, ntimuzokwinjira mu gihugu nadugijemwo ukuboko kwanje+ ndahira ko nzobana namwe, kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.
35 ‘Nta n’umwe muri aba bagabo b’iri yaruka ribi azogenda abonye ca gihugu ciza narahira ko nzoha ba so+,