Ivyakozwe 4:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonerwamwo, kuko ata rindi zina+ munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo+.” Abafilipi 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,
12 Ikigeretseko, nta wundi ubukiriro bubonerwamwo, kuko ata rindi zina+ munsi y’ijuru ryatanzwe mu bantu dutegerezwa gukirizwamwo+.”
9 Ico nyene ni co catumye kandi Imana imuduza ikamushira mu kibanza co hejuru cane+, ikamuha n’umutima ukunze izina riri hejuru y’ayandi mazina yose+,