Yosuwa 22:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ubu rero Yehova Imana yanyu yahaye bene wanyu akaruhuko, nk’uko nyene yabasezeraniye+. None rero nimuhindukire, muje ku mahema yanyu mu gihugu mwigabira, ico Musa umusavyi wa Yehova yabahaye hakurya ya Yorodani+.
4 Ubu rero Yehova Imana yanyu yahaye bene wanyu akaruhuko, nk’uko nyene yabasezeraniye+. None rero nimuhindukire, muje ku mahema yanyu mu gihugu mwigabira, ico Musa umusavyi wa Yehova yabahaye hakurya ya Yorodani+.