Matayo 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mbega umuntu vyomumarira iki niyunguka isi yose mugabo agaheba ubuzima bwiwe+? Canke umuntu yotanga iki ngo arokore+ ubuzima bwiwe?
26 Mbega umuntu vyomumarira iki niyunguka isi yose mugabo agaheba ubuzima bwiwe+? Canke umuntu yotanga iki ngo arokore+ ubuzima bwiwe?