Zaburi 91:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+. Luka 22:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Maze umumarayika avuye mw’ijuru aramubonekera, aramukomeza+. Yohani 20:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 abona abamarayika+ babiri bambaye ivyera, bicaye umwe ku mutwe uwundi ku maguru aho ikiziga ca Yezu cari cashizwe.
12 abona abamarayika+ babiri bambaye ivyera, bicaye umwe ku mutwe uwundi ku maguru aho ikiziga ca Yezu cari cashizwe.