Gusubira mu vyagezwe 32:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.” Zaburi 97:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abo bose bakorera igishusho c’ikibazano ico ari co cose nibamaramare+,Barya biratira imana ata co zimaze+.Nimumwunamire, yemwe mwa mana mwese+!
43 Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+,Kuko azohōra amaraso y’abasavyi biwe+,Kandi azokwihora abarwanizi biwe+Kandi koko azotangira impongano* ubutaka bw’abantu biwe.”
7 Abo bose bakorera igishusho c’ikibazano ico ari co cose nibamaramare+,Barya biratira imana ata co zimaze+.Nimumwunamire, yemwe mwa mana mwese+!