1 Abatesalonika 1:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Uko biri, si uko gusa ijambo rya Yehova+ ryasamiranye i Makedoniya n’i Akaya rivuye i wanyu, ahubwo ukwizera kwanyu+ kwerekeye Imana kwarakwiragiye hose+, ku buryo tudakeneye kugira ico tuvuze.
8 Uko biri, si uko gusa ijambo rya Yehova+ ryasamiranye i Makedoniya n’i Akaya rivuye i wanyu, ahubwo ukwizera kwanyu+ kwerekeye Imana kwarakwiragiye hose+, ku buryo tudakeneye kugira ico tuvuze.