Itanguriro 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Imana yongera kuvuga iti: “Isi nimeze ivyatsi, ibimera vyama imbuto+, ibiti vy’ivyamwa bitanga ivyamwa nk’uko amoko+ y’ivyo biti ari, imbuto y’ivyo vyamwa ikaba iri muri vyo+, bibe gutyo kw’isi.” Biraheza biba kuno.
11 Imana yongera kuvuga iti: “Isi nimeze ivyatsi, ibimera vyama imbuto+, ibiti vy’ivyamwa bitanga ivyamwa nk’uko amoko+ y’ivyo biti ari, imbuto y’ivyo vyamwa ikaba iri muri vyo+, bibe gutyo kw’isi.” Biraheza biba kuno.