Itanguriro 31:53 Bibiliya y’isi nshasha 53 Reka imana ya Aburahamu+ ikaba n’imana ya Nahori+ ice urubanza hagati yacu, imana ya se.” Mugabo Yakobo arahira Imana se Izahaki yatinya*+. Itanguriro 47:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Maze avuga ati: “Ndahira.” Nuko aramurahira+. Isirayeli aca yunama ku mutwe w’uburiri+.
53 Reka imana ya Aburahamu+ ikaba n’imana ya Nahori+ ice urubanza hagati yacu, imana ya se.” Mugabo Yakobo arahira Imana se Izahaki yatinya*+.