Matayo 16:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Simoni Petero yishura ati: “Uri Kristu+, Umwana w’Imana nzima+.”