Zaburi 110:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!” Abaheburayo 5:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nk’uko avuga kandi ahandi hantu ngo: “Uri umuherezi ibihe vyose mu buryo bwa Melekisedeki+.” Abaheburayo 6:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 aho integuza yinjiye ku bwacu+, ari we Yezu, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+.
4 Yehova yararahiye+ (kandi ntazokwicuza+), ati:“Uri umuherezi gushika igihe kitagira urugero+Mu buryo bwa Melekisedeki+!”
20 aho integuza yinjiye ku bwacu+, ari we Yezu, uwabaye umuherezi mukuru mu buryo bwa Melekisedeki ibihe vyose+.