ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 17:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.”

  • Yohani 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Kuko Imana yatumye Umwana wayo mw’isi, atari kugira acire urubanza+ isi, ahubwo kugira isi ikizwe+ biciye kuri we.

  • Yohani 13:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Ndabahaye ibwirizwa rishasha: mukundane. Nk’uko nabakunze+, abe ari ko namwe mukundana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika