Yesaya 54:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Abana bawe bose+ bazoba abigishijwe na Yehova+, kandi amahoro y’abana bawe azoba menshi+. Yohani 6:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Vyanditswe mu Bahanuzi ngo: ‘Kandi bose bazokwigishwa na Yehova+.’ Umuntu wese yumvise ibiva kuri Data kandi akavyiga, aza kuri jewe+.
45 Vyanditswe mu Bahanuzi ngo: ‘Kandi bose bazokwigishwa na Yehova+.’ Umuntu wese yumvise ibiva kuri Data kandi akavyiga, aza kuri jewe+.