ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 “Amaso yanyu bwite yariboneye ivyo Yehova yakoze ku bijanye na Bayali y’i Peyori+, yuko umuntu wese yagendeye inyuma ya Bayali y’i Peyori ari we Yehova Imana yawe yazimanganije hagati muri wewe+.

  • 1 Abakorinto 10:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Ivyo bintu rero vyababako nk’uburorero, kandi vyanditswe ngo bitubere imburi+ twebwe abashitsweko n’amaherezo y’ibihe+.

  • Yuda 5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nshaka kubibutsa, naho vyose+ mubizi rimwe rizima, yuko Yehova, naho yakijije igisata c’abantu agikuye mu gihugu ca Misiri+, mu nyuma yatikije abaterekana ukwizera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika