ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Koranya abantu+, abagabo n’abagore n’abana batoyi na kavamahanga wawe ari mu marembo yawe, kugira bumvirize no kugira bige+, kuko bategerezwa gutinya Yehova Imana yanyu+ kandi bakitwararika gushitsa amajambo yose y’iri tegeko.

  • Matayo 18:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Kuko aho babiri canke batatu bakoraniye mw’izina ryanje+, mba ndahari hagati yabo+.”

  • Ivyakozwe 2:42
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 42 Kandi babandanya kwihebera inyigisho y’intumwa no gusangira vyose+, kwihereza imfungurwa+ no gusenga+.

  • Ivyakozwe 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Hari rero amatara atari make mu cumba co hejuru+ aho twari dukoraniye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika